Umutwe w’amajambo: Intangamarara ku ngwara iterwa n’umugera wa Mariburu

Iki cigwa cigisha incamake ku ngwara iterwa n’umugera wa Mariburu kikerekana ibimenyetso vyayo, ibiranga umugwayi ayigwaye, uko ipimwa, inzira icamwo mu kwandukira hamwe n’ukungene iyo ngwara irandagata. Kiranavuga ku bijanye n’ukwikingira iyi ngwara hamwe n’ukuntu ikwiye gukurikiranwa.

Amasanamu tuyakesha: WHO/Christopher Black

En modo autodidacta
Idioma: Kirundi
Marburg

Información del curso

Iki cigwa kandi kiraboneka muri:

English - Français - Español - Kiswahili - Dholuo

Umwihwezo: Ingwara y’umugera wa Mariburu yandukira ivuye ku bikoko kandi imaze kuba akaranda henshi cane. Irafise kandi ubushobozi bwo guteza ingwara zikomeye n’impfu mbi ku bantu. Icegeranyo gisohoka ku mwaka ku mwaka ca OMS R&D Blueprint co mu mwaka wa 2018 cerekana urutonde rw’ingwara zihutirwa kirerekana ko hakenewe vyihuta ubushakashatsi no kumenya vyinshi ku mugera wa Mariburu. Iki cigwa c’intangamarara ku ngwara iterwa n’umugera wa Mariburu kirerekana mu ncamake ibimenyetso vy’iyi ngwara, ibiranga uwuyigwaye, inzira icamwo mu kwandukira, uko ipimwa hamwe n’ukungene irandangata. Kiranavuga ku bijanye n’ukwikingira iyi ngwara hamwe n’ukuntu ikwiye gukurikiranwa.

Intumbero z’icigwa: Mu mpera y’iki cigwa, abagikurikiranye bazoba bashoboye:

  • Kwerekane ibimenyetso, ibiranga umugwayi hamwe n’inzira bicamwo mu kwandura ingwara y’umugera wa Mariburu (MVD)
  • Kwerekana uburyo nyamukuru bwo kuyikingira hamwe n’ingingo zofatwa mu ntumbero yo kurwanya ikwiragira ry’uwo mugera wa Mariburu (MVD) -Kugira urutonde rw’ibibazo nyamukuru amagara y’abantu agira mu gihe c’ikwiragira ry’ikiza c’umugera wa Mariburu.

Ikiringo icigwa kimara: Iki cigwa kimara nk’isaha.

Indangabumenyi: Urupapuro rwemeza ko umuntu yakurikiranye iki cigwa rwarategekanijwe ku bakurikiranye iki cigwa bakwije ibice ijana kw’ijana (100%) vy’inyigisho.

Utafsiri katika Kirundi Introduction to Marburg Virus Disease , 2021. Shirika La WHO (Shirika la Afya Ulimwenguni) haitawajibika kwa vyovyote kama vile kwa ujumbe huu ama usawa wa Utafsiri huu. Ikitokeapo utafautiano kati ya Utafsiri Wa Kiingeleza na Ile nyingine ka Kirundi, Utafsiri wa Kiingeleza anzilishi utachukuliwa kuwa wa haki na halisi. Utafsiri huu haujathibitishwa na shirika la WHO (Shirika la Afya Ulimwenguni) Chapisho hili limeundwa kwa minanjili ya kusaidia masomo pek

Matricularme en este curso

El curso es gratuito. Solo tiene que crear una cuenta en OpenWHO ¡y ya puede hacer el curso!
Matricularme ahora

Requisitos para el certificado

  • Obtenga una confirmación de participación al completar al menos el 100% del material del curso.